07/06/2026
Ndongeye kubaramutsa bakunzi b'IMANA bakunzi banje.Umunsi mukuru w'isakaramentu ryeranda twawuhimbarije kuri paroisse ya MUGANO en zone MUGANO,komine Butihinda.Nkuko mubibona ku masanamu Turiko turubaka ingoro y'uhoraho.Harakenewe amabuye, isima n'umusenyi.Nukubasa Mushikikire kugira ngo uhoraho abandanye kuninahara imyaka n'imyaka :Amen
[email protected]
Enseignant l.co.Mgno
Uwogira ico umukama amushobozo yokwandika muri commentaire.
Tugafashanya ukwo yoshikana ubushigikizi bwiwe kuri paroisse MUGANO
29/05/2026
AMASENGESHOOOO!!!!!!!!
Amasengesho arangiza ukwezi kwa gatanu ategurwa y'umugambwe CNDD-FDD muri Zone MUGANO yabereye ku mutumba MUKONI.
Ku munsi wa kane igenekerezo rya 28/ 05/2026 vyari bihimbaye cane nkuko mubibona ku masanamu
15/05/2026
Ndabaramukije cane bubahwa ba kunzi banje.hari haheze igihe kitari gito tubavugisha.nkuko mubibona kumasanamu ubu tukaba dufise umurwi w'umupira wa maguru bita TRADERS F.C MUGANO Comme coach.Tukaba kandi Twarizewe nk'indingozi m'umugambwe uri kubutegetsi ku mutumba MUKONI en zone MUGANO
Tugiye kuba kumwe namwe.Mubandanye kuroranirwa mu banyu no mu vyanyu.
murakoze
10/06/2023
Tuva muvyiza tuja mubundi
08/12/2021
Nous allons en directe.!!!!!!!!!!
Nous allons en directe !!!!!!!!!!
Le 12/12/2021 ,le jour de remise reprise des sortants et entrants nous serons en directe sur la page Facebook AEG 2021
Rejoignez nous physiquement en même temps qu'en ligne .
06/12/2021
UMUNEZERO NTANGERE DUTEWE N'UMUVYEYI WACU ADUKUNDA
Kuri uyu musi w'Imana umuvyeyi wacu NTEZIMANA Stanny arikumwe n'umutambukanyi wiwe, bari baramutse bagendera abanyeshure b**a mumakaminuza atandukanye yo mugisagara ca BUJUMBURA,baba mumazu ya Komine nziza ya GITERANYI bahurikiye muri AEG, akaba yari yaje abazaniye n'akaganuke k'imfungurwa zitandukanye, eka ntiworaba kari akanyamuneza.Tukaba duhaye ikaze nabandi ngo bazobakubitireko babone naho baba nkuko uwo muvyeyi yatubwiye ati nimuntumbero yo kubipfuriza imisi mikuru myiza tukaba kandi twaganiriye ndetse araduha n'impanuro zitandukanye nkuko arumuvyeyi.
Nukuri turamushimiye cane kuba yatwigoreye akadushikako akaraba aho turi tukaba tumwipfurije imigisha iva ku Mana, twongera tunavuga duti IMANA isubize aho yakuye ibihetangabo kenshi tutovuga cane cane muvyakora vyose ndetse nokugira amagara meza n'umuryango wiwe wose!!
Ni harambe abavyeyi bacu,
Ni harambe komine yacu nziza ya GITERANYI ,
Ni harambe ugufashanya n'Umubano mwiza mubavukanyi ba komine yacu
IMANA ibahezagire
MURAKOZE
04/10/2021
Accomplissant la mission de notre Association AEG fondée principalement sur la solidarité,le Président actuel de ladite association a rendu visite les étudiants de notre chère commune GITERENYI,habitant les homes louées par cette commune.
Le président de cette association apporte aux étudiants des homes la ration du riz.
Contuons en remerciant le donateur de cette ration Monsieur Sadock natifs de GITERANYI zone MUGANO que Dieu lui bénisse et augmente ses revenues.
Nous lançons un appel vibrant aux autres natifs de GITERANYI de continuer dans le même chemin que les autres procèdent.
Pour l'éducation
Pour le développement
Vive GITERANYI
Vive la Solidarité
Vive AEG.