MK.Emmanuel sower

MK.Emmanuel sower

Share

Jesus Christ est le seul sauveur du monde.

16/06/2026

Ta valeur n'est pas dans ce que tu as mais dans ce que tu es🙏🙏
.

10/06/2026

LA PUISSANCE AVEC .

26/05/2026

Imana ni yo irimw' agakiza kanje n'icubahiro canje:
Igitandara c'inkomezi zanje n'ubuhungiro bganje biri mu Mana.
Yemwe bantu, mwame muyizigira ibihe vyose:
Musuke ivyo mu mitima yanyu imbere yayo:
Imana ni yo itubera ubuhungiro. Sela .
:7-8

21/05/2026

Nimba ugukorera Imana kwawe kudafatiye kukumenya Imana bisa nkogukora ahantu batakuzi impembo uronka n'uburuhe...kuko gukorera Imana siko kuyimenya👂

19/05/2026

Mushishikaye kuzigamisha ubumwe buva kuri Mpwemu umugozi w'amahoro.
Harih' umubiri umwe, na Mpwemu umwe, nk'uko kandi mwahamagariwe icizigiro kimwe c'ihamagarwa ryanyu.
Harih' Umwami umwe, n'ukwizera kumwe, no kubatizwa kumwe;
n'Imana imwe, ni yo Data wa twese, asumba bose, akoresha bose, ari muri bose.

:3-6

Umwami ni mwiza cane kuko ivyo umwe adashoboye gukora yabihaye uwundi kubikora...✍️

12/05/2026

Impanuro✍️

Iyo ush*tse kwihangiro wihaye gushika mubuzima nivyiza kumenya ko wahish*tseko kubera ko ubuntu bw'Imana bwari kumwe nawe, ivyo bizoguha kubona ko uwagukoresheje wewe ashoboye nogukoresha uwundi hama biguhe guca bugufi...✍️

08/05/2026

Abantu benshi ubuzima bwabo bwonenekara kubera kutamenya kuvuga oya mubuzima...✍️

👉Oya si ijambo ribi imisi yose kuko hariho abantu bakijije ubuzima bwabo kubera kuvuga oya,
👉Ego si ijambo ryiza imisi yose kuko hariho abantu ubuzima bwabo bwononekaye kubera ijambo Ego.

Joshua official
V D M gospel
Jean Merveille Niyagwe
Michel Michael

05/05/2026

Mubihe vyose uzokwige gushima IMANA, kuko ntakintu kiba mubuzima bw'umuntu ata mpamvu...✍️

Joshua official
V D M gospel
Michel Michael
Ap Enock Irakoze
Jean Merveille Niyagwe

01/05/2026

Rimwe na rimwe twama twiyumvira ko umunezero ari kuba umuntu atunze ibintu vyinshi ego sindavyanse ariko ikibabaje nuko iyo ivyo bintu vyinshi tubitakaje umubabaro tugira usumba umunezero twagize imyaka yose twari tubimaranye. Rero uwo n'umunezero w'ibintu reka ndagu propose umunezero udahera umunezero wokumenya Imana kwariyo isoko ya vyose utakaje vyose ukagumana nayo uba ugumanye vyose...✍️

Joshua official
V D M gospel
Michel Michael
Ap Enock Irakoze
Jean Merveille Niyagwe

28/04/2026

K*k' ubutumwa bgiza butantera isoni, ar' ubushobozi bg'Imana, buzanira uwizera wese agakiza, uhereye ku Muyuda ukageza ku Mugiriki.
1:16

Want your school to be the top-listed School/college in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address


Mutakura 8 Avenu N°09
Bujumbura