LET'S KNOW by Yanglin

LET'S KNOW  by Yanglin

Share

STUDY

05/11/2023
28/07/2023

Iyi ni LOGO y ikinyobwa citwa "MONSTER ENERGY" co muri États-Unis d'Amérique "USA". LOGO uyiravye atakindi uyiyumviriyeko imeze nka "M" isa n utwatsi rubisi, ariko ubushakashatsi burerekana ko igizwe n utuntu dutatu dufatanye kandi dusa. N ukuvuga ako kamenyetso kamwe gahuye n igiharuro 6 "signes kabbalistiques hébreux qui ont la signification numérologiques 6".
Ico kinyobwa casohotse ubwa mbere mu 2002
Studio yakorewemwo iyo LOGO ni studio de design yitwa de California.

Ariko n'ubwo abashakashatsi benshi bavyerekana ukwo uwakoze iyo LOGO we arahakana ko atari afise iyo intumbero.


's_by_Yanglin

Namba utaragira na kuri Page yanje fyonda ngaho,👇👇👇👇
https://www.facebook.com/100066391642867/posts/617799140443135/?app=fbl

27/07/2023

Let's know 1.

Want your school to be the top-listed School/college in Dar es Salaam?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Telephone

Address


Lugwadu
Dar Es Salaam